INKUNGA UBUKODE- PROSPERITYME

Feb 22, 2026 · 1h 5m 59s
INKUNGA UBUKODE- PROSPERITYME
Description

Kaze mu kiganiro Wiriwe Maine co kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 22 ukwezi kwa kabiri. Tuvuga ku nkunga itangwa n'ishirahamwe ProsperityME ikaronswa abantu ku giti cabo canke imiryango yagize ibibazo...

show more
Kaze mu kiganiro Wiriwe Maine co kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 22 ukwezi kwa kabiri. Tuvuga ku nkunga itangwa n'ishirahamwe ProsperityME ikaronswa abantu ku giti cabo canke imiryango yagize ibibazo vyo kubura amafaranga yo gukota amazu bitewe n'ibikorwa vy'igipolisi kizwi nka ICE kijejwe ibibazo vy-abimukira .Ico Gipolisi mukwa mbere cafashe abantu bagera kuri 200 muri Leta ya Maine, ivyatumye abenshi batinya kuja ku tuzi  bisanga nta bushobozi bwo kuriha amazu bagifise. Muri kino kiganiro, Claude Rwaganje yashinze ProsperityME akaba n'umuyobozi nshingwabikorwa waryo aratwiganira amafaranga atangwa ingunga imwe akaba ari amadolari ya Amerika 300 hamwe n'ibisabwa kugira umuntu yemererwe.
show less
Information
Author WMPG
Organization WMPG
Website -
Tags
-

Looks like you don't have any active episode

Browse Spreaker Catalogue to discover great new content

Current

Podcast Cover

Looks like you don't have any episodes in your queue

Browse Spreaker Catalogue to discover great new content

Next Up

Episode Cover Episode Cover

It's so quiet here...

Time to discover new episodes!

Discover
Your Library
Search