Settings
Light Theme
Dark Theme

Episode 4. Urubanza rwa Nadia Touil, bamutoye kw'ibarabara yakubiswe cane kagira gace 🔥🔥

Episode 4. Urubanza rwa Nadia Touil, bamutoye kw'ibarabara yakubiswe cane kagira gace 🔥🔥
Feb 5, 2022 · 32m 3s

Turi italiki 30/12/2012, muri quartier yitwa Bondy, iri ku nkengera z’umuji wa Paris. Mu gatondo ka kare, abantu bariko barirenganira, babonye umugore aryamye hasi ariko arava amaraso meshi mu gahanga...

show more
Turi italiki 30/12/2012, muri quartier yitwa Bondy, iri ku nkengera z’umuji wa Paris. Mu gatondo ka kare, abantu bariko barirenganira, babonye umugore aryamye hasi ariko arava amaraso meshi mu gahanga ahantu bamukubise, asa nuwapfuye ariko umwegereye urabona ko agihema bukebuke. None uyu muntu ninde yashitse aho hantu gute, ninde yashatse kugandagura uyu muvyeyi w’abana ? Inyishi muri podcat yuyu musi.
show less
Information
Author William Guillaume Muringa
Website -
Tags

Looks like you don't have any active episode

Browse Spreaker Catalogue to discover great new content

Current

Looks like you don't have any episodes in your queue

Browse Spreaker Catalogue to discover great new content

Next Up

Episode Cover Episode Cover

It's so quiet here...

Time to discover new episodes!

Discover
Your Library
Search