00:00
19:53
Iyo ugize ico uheba uraronka inyungu. Kugira Yesu aronke izina riri hejuru y'ayandi mazina yose yahawe amaze kurangiza igikorwa co gucungurira ivyaremwe vyose Imana Data, vyamusavye guheba gato ukuringanira n'Imana. Yari Imana ariko aca bugufi acika uwusa n'bantu.

Nkuko Yesu Yabikoze, natwe twicishe bugufi, harimwo inyungu nyishi.
- Ca bugufi usenge
- Ca bugufi usome ijambo ry'Imana uryige kugira rikuyobore
- Ca bugufi ukorere abandi

Emera uhombe harimwo inyungu.
Iyo ugize ico uheba uraronka inyungu. Kugira Yesu aronke izina riri hejuru y'ayandi mazina yose yahawe amaze kurangiza igikorwa co gucungurira ivyaremwe vyose Imana Data, vyamusavye guheba gato ukuringanira n'Imana. Yari Imana ariko aca bugufi acika uwusa n'bantu. Nkuko Yesu Yabikoze, natwe twicishe bugufi, harimwo inyungu nyishi. - Ca bugufi usenge - Ca bugufi usome ijambo ry'Imana uryige kugira rikuyobore - Ca bugufi ukorere abandi Emera uhombe harimwo inyungu. read more read less

about 1 year ago #43, #guhomba, #inyungu, #ivyo, #john, #nabageze, #niyondiko, #tv, #unbound, #vyose, #ziva